Nouvelles ABG irahambije abandi kurwanya Covid19 By abg 23 mars 2020 0 Share Facebook Twitter Google+ Pinterest LinkedIn Email Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21/03/2020 abanywanyi b’Ishirahamwe AGB Burundi baragagarakuye ku miryango irenga ijana na mirongo itanu yegeranîrijwe muri site yo kuwinterekwa bivuye ku mvura yabomoye amazu yabo ndetse n’abantu batari bake bakahasiga ubuzima. Umuryango wose ukaba wararonkejwe amasabuni icumi. Ni mugihe ikiza ca #Covid19 gihanze abantu benshi kw’isi, mû Burundi naho tugasabwa gukara amazî meza n’isabuni ngo twirinde ico kiza. Iyo miryango yarashimye cane.
Entrepreneuriat : ABG Burundi, vers la culture de l’esprit entrepreneurial chez les jeunes élèves de la province Mwaro.